Mu birori byo gutanga Ballon d’or 2023, ikipe y’abagore ya Fc Barcelona niyo yahembwe nk’ikipe ya mbere yitwaye neza mu bagore.
Iyi kipe yari ikomeye niyo yatwaye ikipe cya EUFA CHAMPIONS LEAGUE ndetse itwara na SPANISH LEAGUE.Iyi kipe yabigezeho itsinze iyitwa VfL Wolfsburg ku mukino wa nyuma aho mu gice cya mbere yari yatsinzwe 2:0 gusa umukino urangira itsinze 3 kuri 2.
Iyi kipe kandi yatsinze Super Cup aho kumukino wanyuma watsinze Real Sociedad.
