BURUNDI : James NIYONKURU aherutse yashyize ahabona indirimbo yise ”NTUTINYE” – VIDEO

October 3, 2025
1 min read

James NIYONKURU usazwe akomoka mu gihugu cu Burundi , akaba asazwe aririmba umudiho wa Gospel,aho yatanguye umuziki muri 2008 , kugeza ubu ageze ku ndirimbo 14 (cumi na ine).

 

James NIYONKURU yashize ahabona indirimbo yiwe ”NTUTINYE” ,akavuga yuko iyo ndirimbo yayikoze kugira ihanure abantu batuye kwino si y’Imana , akanavuga yuko mu mwuga we wo kuririmba ko intego ye arugushikana kure ubutumwa bw’Imana abicishije mu ndirimbo zihayagiza Imana.

 

James NIYONKURU kuno mwanya akabaza mu bambere mu Burundi mubaririvyi ba Gospel babikora neza cane , agasaba Abarundi ndetse n’Abanyarwanda kumufata ukuboko kugira ubutumwa bwiwe bugere kure .

https://youtu.be/m56EWM9SB1M?si=J-_gXNp8Xfu50VWz

Leave a Reply

Your email address will not be published.

Previous Story

Umukobwa w’ikimero Katy Bampton washyingiranwe n’umukinnyi wa Porono ruharwa , yatangaje ko amaze kumwigisha uko batera akabariro mu mezi 4 gusa bamaranye

Next Story

Umusore wamamaye ku izina rya Mwene Karangwa kuri Twitter yatawe muri yombi

Latest from Uncategorized

Go toTop